NEWS

Nyuma yaho America isohoreye itangazo ribuza abanyamerika kwinjira mu Burundi, Leta yuburundi nayo yagize ico ishikiriza

on

Reta y’Uburundi imenyesha ko igihugu cose gifise abanyagihugu baco Mu Burundi Kandi Cipfuza Kubakurayo,kirabifitiye Uburenganzira.

Aimé Alain Nyamitwe Umushikiranganji W’imigenderanire Y’Uburundi N’amakungu Amenyesha Ko Reta Y’Uburundi Izobandanya Gukora Ivyo Yiyemeje Mu Gukingira Abarundi N’abanyamahanga Bose.

nyamitwe

Ivyo Reta YUburundi Ibimenyesheje Inyuma Yaho USA Isohoreye Itangazo Ribuza Abanyamerika Kwinjira Mu Burundi,risaba Nabariyo Kuvayo Vuba Bwango.

Kubwa Nyamitwe, Reta YUburundi Iragenzura Ibijanye Numutekano Hagati Mu Gihugu Hagati No Mu Gisagara Ca Bujumbura, Avuga Kandi Ko Ata Munyamahanga Yagizweko Iterabwoba Canke Yicwe Kuva Hatanguye Imyiyerekano.