Thursday, June 8, 2023
HomeNewsNubwo ''Olga Lorie '' mumukunda muri benshi , harageze aho muvyerekana...

Nubwo ”Olga Lorie ” mumukunda muri benshi , harageze aho muvyerekana mukubandanya mumutora muri Primusic

Umuririmvyikazi ”Olga Lorie ” musanzwe mukunda muri benshi ubu harageze aho musidukana niyonka mukerekana urukundo mumukunda aho rero nimukamutora muri Primusic .

olga

Kumutora ni ikintu coroshe cane kuburyo kiramuntu wese ashobora kugikora, wewe nukoreshe SMS, urungike rino jambo «PRIMUS 1 » Kuri 155 canke se uje kuri site ya ” www.primusic.bi uhite umutora.

Must Read

Perezida wa Kenya William Ruto asaba bagenzi we ba Afrika gutera...

0
Umukuru w’igihugu ca Kenya William Ruto asaba bagenzi we bo ku mugabane wa Afrika gutera intambwe ikomeye igana mu bijanye no guheba gukoresha idorare...