MUSIC

N’ubusa by Akroze ( Official Audio )

on

Akroze ni Umuririmvyi w’umurundi aba muri America aririmba indirimbo zo guhimbaza Imana, ino akaba arimwe mu ndirimbo yiwe nshasha imeze neza aheruka gusohora yise n’ubusa” Ushobora kuyumviriza hano.