Tuesday, May 30, 2023
HomeNewsNtukihebure : Menya impamvu 3 zishobora gutuma Imana iteba kwishura ivyo wayisavye...

Ntukihebure : Menya impamvu 3 zishobora gutuma Imana iteba kwishura ivyo wayisavye !

1. Igipimo co kwizera : Imana iba ishaka kuraba ibiro vyawe, ntishobora kugusubiza utarashika. Satani yapinze ukwizera kwa Yobu, Imana iramupima ngo yereke Satani ko Yobu afise ukwizera gushitse. Yesu yaravuze ati “Uwunesha nzomuha kwicarana nanje ku ntebe yanje y’ubwami, nk’uko nanje nanesheje nkicarana na Data ku ntebe yiwe [ariko n’UNESHA]” (Ivyah. 3:21); akongera ngo “Izahanagura amarira ku maso yabo…[ABARIZE ni bo izahanagura amarira]” (Ivyah. 21:4a). Imana ntinezezwa no kubabaza umuntu i, n’aho yobabaza umuntu ariko izamugirira umuhirwe: Ubu turarira, ariko igihe kizogera duhozwe amarira; turi abashomeri, ariko igihe kizogera tube abakozi.

player

2.Ndabizi, ndi kumwe nawe! Iki ni igisubizo Imana ikunze guha abantu iyo ishaka ko bashika mukwizera. Igusubiza ko iri kumwe nawe n’ubwo wewe woba ubona ko bitevye.

3. Iyo Imana iba ishaka kongera kukwiyereka bushasha : AKenshi Imana ntishaka ko abantu bayimenyera, kuko tuyimenyereye twayifata nkibisanzwe.

Must Read