Tuesday, January 31, 2023
HomeNewsNtivyoroshe : Ya migwi y'iterabwoba iza yamaze kwinjira mu Burundi

Ntivyoroshe : Ya migwi y’iterabwoba iza yamaze kwinjira mu Burundi

Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu aremeza ko hari imigwi yiterabwoba imaze kwinjira hano mu BURUNDI.

edward

Edward nduwimana avuga ko n’ibikorwa vyo kwitegura gutera bimaze gutangura mu ntara zimwe zimwe, atanga akarorero ko muntara ya KAYANZA. Yabivugiye mu nama yagiranye naba buramatari n’abanyamadini.

Must Read

” Gukoreshwa ibikorwa vy’inguvu ntugaburirwe ndetse ngo uhembwe ntaho bitaniye n’ubucakara...

0
Umushikiranganji wa mbere w’uburundi aheruka gutangaza ko abashomeri birirwa biyanikiye hagati mu gisagara ca Bujumbura ataco bariko bahakorera bagiye gufatirwa ibihano bikomeye bijanye no...