Tuesday, May 30, 2023
HomeNewsNtibisanzwe : Umugore w'imyaka 63 yakoze ubukwe bwa 2 n'umwana w'imyaka 9...

Ntibisanzwe : Umugore w’imyaka 63 yakoze ubukwe bwa 2 n’umwana w’imyaka 9 ! Raba hano Video !

Umugore w’imyaka 63 yakoze ikintu kidasanzwe ndetse gikomejwe kuvugaho vyinshi, aho yakoze ubugeni bwa kabiri n’umwana w’imyaka 9 y’amavuko , bano rero mu mwaka uheze bakaba baragize ubukwe bw’igitangaza ndetse bukaba bwaranitabiwe n’abantu benshi, aba rero kandi mu rwego rwo gushimisha abakurambere babo bakaba bashimye gukora ubukwe ku ncuro yakabiri .

Ibi bintu je novuga ko bitangaje ariko n’iwibaze iyo aza kuba ari umugabo wimyaka 63, atwaye agakobwa kimyaka 9, abantu wibaza ko baba bavuga gute ?

Must Read