Wednesday, May 31, 2023
HomeNewsNtibisanzwe : Umugabo w'imyaka 46 yafashwe ariko arasambanya umwana w'imyaka 14

Ntibisanzwe : Umugabo w’imyaka 46 yafashwe ariko arasambanya umwana w’imyaka 14

Ku mugororoba wejo itariki 10/10/2013, mu gihugu ca Haïti, umugabo w’imyaka 46 yafashwe n’abashinzwe umutekano ari gukora imibonano mpuzabitsina n’umwana /w’imyaka 14 wiga mw’ishuri ribanza rya Port-au-Prince

1-17

Uyu Mugabo wo mukigero c’Imyaka Igera kuri 46 yafashwe n’abanyagihugu aho yariko arasambanya umwana muto w’Umunyeshuri aho rero bakaba bariko barakorera ivyo vayaha iruhande y’Ishuri Uyu mwana yigamwo aho yari yaparitse Imodoka, ubwo bari ngaho, abanyeshuri biga kukigo kimwe n’uyu mukobwa baje kwikeka maze babwira ababarongoye ko umugabo waje kuraba Diane ko bari kunywera Inzoga mu modoka, kandi ko bashobora nokuba bariko barasambana.

Ako kanya ubuyobozi bw’Ikigo uyu mukobwa yigaho bwahise buja kuraba maze basanga ibintu birarenze pe ” umwe ataka uwundi aniha Akaguru kamwe hejuru umwana ari gutabaza, Niko guhita bafata uyu mugabo maze batabaza abashinzwe umutekano baraza bahita bamutwara yambaye Ubusa.

Nkuko Tubikesha ikinyamakuru cahariya muri Haiti citwa haitipeople bavugako ubwo baganira n’uyu mwana yababwiye ko uyu mugabo atari ubwambere bari babikoze ahubwo uko yabishaka yahita amuhamagara akamusanga ngaho iruhande rw’Ishuri maze bakabikorera mumodoka uyu mugabo agahita amuha amafranga umwana nawe agasubira kw’Ishuri aho yaba abiziranyeho n’Umuzamu wico kigo.

Nkuko bitangazwa na Police yo muri kiriya gihugu Umugabo wese ufashe Umwana kunguvu atarageza imyaka 18 y’Ubukure azahanishwa n’ Igifungo cubuzima ”

Ariko wewe Ino nkuru yuno mugabo uyivugakwiki ? Ntaco wohanura abantu bafise ingeso nkiyo ?

Must Read