Thursday, June 8, 2023
HomeNewsNtibisanzwe : Umugabo akundana n'abakobwa babiri bavutse bafatanye '' Raba hano Video...

Ntibisanzwe : Umugabo akundana n’abakobwa babiri bavutse bafatanye ” Raba hano Video

Umuririmvyi w’umurundi Christophe Matata niwe yaririmvye ngo “amaso akunda ntabona neza”,uwundi nawe ati”urukundo ntirugira umupaka”.Mugihugu c’ubuhindi havugwa abakobwa 2 bavutse bafatanye ubu bakaba bakundana n’umugabo avuga ko abakunda kandi cane.

Abo bakobwa ubu bakwije imyaka 45,bazwi ku mazina ya Ganga na Jumuna.Ngo bakuriye mubuzima budasanzwe kuko bakuze bankwa kubera ubwo bumuga bavukanye.Amezi 7 araheze bakundana n’umwigisha wo muri kaminuza yitwa Jassim Uddin Ahmed ariko rero ngo ntamugambi wo kubana bavuga ko bafise kuko ngo urukundo rwabo rushingiye ku kwinezereza.

Ganga,umwe muri abo bakowa avuga ko bashima urukundo bahabwa na Jassim Uddin Ahmed.Uwo mugabo nawe avuga ati: umubabaro wabo yawugize rwiwe kuva bakundanye.Abo bakobwa bavuga ko ubu babayeho banezerewe gusumba mu myaka iheze kandi ngo bipfuza ko urwo rukundo rworamba.

Must Read

Perezida wa Kenya William Ruto asaba bagenzi we ba Afrika gutera...

0
Umukuru w’igihugu ca Kenya William Ruto asaba bagenzi we bo ku mugabane wa Afrika gutera intambwe ikomeye igana mu bijanye no guheba gukoresha idorare...