Thursday, June 8, 2023
HomeNewsNtibisanzwe : Raba Video yuno mwana muri India asigaye asengwa nk'Imana...

Ntibisanzwe : Raba Video yuno mwana muri India asigaye asengwa nk’Imana ” wunvise impanvu iratangaje !

Ino video niy’umwana wo muri India yameze umurizo, ubu bivanye n’imico yo mu gace abamwo, abantu bose bahatuye bamufata nk’Imana kuko baramusenga , ikindi naco ngo ico bakenye cose bahita bakironka iyo bituye uyo mwana.

Raba Video hano musi y’ukuntu bamusenga !

Must Read

Perezida wa Kenya William Ruto asaba bagenzi we ba Afrika gutera...

0
Umukuru w’igihugu ca Kenya William Ruto asaba bagenzi we bo ku mugabane wa Afrika gutera intambwe ikomeye igana mu bijanye no guheba gukoresha idorare...