Thursday, June 8, 2023
HomeNewsNtibisanzwe : Jacque bigirimana ariyamiriza umurwi wari wavuzwe ko uriko uraganira na...

Ntibisanzwe : Jacque bigirimana ariyamiriza umurwi wari wavuzwe ko uriko uraganira na Agathon Rwasa

Uwusanzwe arongoye umugambwe FNL wemewe n’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu ariwe Jacques Bigirima aramenyesha ko yamaze gushinga umurwi wo kuganira ku kibazo c’ugusubiza hamwe na Agathon Rwasa avuga ko ariwe agitwara umugambwe.

jack

Bigirimana Akaba amenyesha ko Agathon Rwasa akwiye kuzoshinga umurwi nawe kugira bahure bayage, ivyo akaba abikoze ngo mu ntumbero yo kwubahiriza abanamarimwe bo bene umugambwe kuko ariko bamusavye. Akaba yamenyesheje ko umurwi wari wavuzwe ko uriko urayaga na Agathon utari wisunze amategeko.

Agathon

Tubibutse ko haheruka gushikirizwa urwandiko ruvuga ko Agathon rwasa ariwe aramutswa uwo mugambwe. Ivyo bikaba vyari vyashikirijwe na Jacque Kenese yarasanzwe ari umunyamabanga w’uwo mugambwe FNL itwarwa na Jaques Bigirimana.

Must Read

Perezida wa Kenya William Ruto asaba bagenzi we ba Afrika gutera...

0
Umukuru w’igihugu ca Kenya William Ruto asaba bagenzi we bo ku mugabane wa Afrika gutera intambwe ikomeye igana mu bijanye no guheba gukoresha idorare...