Tuesday, May 30, 2023
HomeNewsNtibisanzwe : Izi nizo ngaruka mbi zokwiyambika impuzu zigaragaza imyanya y'ibanga

Ntibisanzwe : Izi nizo ngaruka mbi zokwiyambika impuzu zigaragaza imyanya y’ibanga

Je nkuze kubibona kenshi aho uko iterambere ryihuta arinako abakobwa hamwe n’abagore barushiriza kugendana naryo, abenshi ubabajije impanvu biyambika nkuku barakubwira ko ari iterambere ndetse ko mugihe utabikoze uba uri inyuma y’amajambere.

ntibisanzwe

Hari ingaruka nyinshi zishikira abantu biyambika nkuko, kuko aho baca hose usanga bakunze kubita amazina atabakwiye ( Indaya ) Nubwo bo boba babona ko uba uriko urabinjirira mubuzima ugiye kubahanura ariko rimwe na rimwe nivyiza tukigishanya mu rwego rwo guhanurana.

Ese wewe kuruhande rwawe, urabona inyambaro nkiki ko ari nziza ku mwana w’Umukobwa ? nikihe wobahanura ? gira ico ubabwiye muri ” Comment

Must Read