Sunday, May 28, 2023
HomeNewsNiwamuririnvyi indirimbo ziwe zikundwa cane '' Unviriza ino nshasha ya '' Hakuna...

Niwamuririnvyi indirimbo ziwe zikundwa cane ” Unviriza ino nshasha ya ” Hakuna Mungu

Methuselah Nzisabira umuririnvyi rurangiranwa w’indirimbo za Gospel yandikwa cane mubinyamakuru vyaha muri Leta Zunze ubumwe za America nacanecane hano kuri UBMNews

Uno muririnvyi azwi mu ndirimbo ya Turagushima Mana kandi indirimbo ziwe zikaba zikunzwe cane hano muri Leta Zunze ubumwe za America.

Muhezagirwe cane na zino ndirimbo z’Imana Methuselah aheruka guhinyanyurira muri Studio yiwe bwite isanzwe izwi kwizina rya MGM Studio.

http://ubmnews.com/Amavideo%20Yose%20ya%20UBMNews/Hakuna%20Mungu%20-%20Methuselah%20&%20Charlotte%20(brother%20and%20sister).mp3

Must Read