Wednesday, May 31, 2023
HomeNewsNguru hano urutonde rw'abaririmvyi 5 bambere bo mu Burundi bakunzwe cane muri...

Nguru hano urutonde rw’abaririmvyi 5 bambere bo mu Burundi bakunzwe cane muri kino gihe ” Raba hano

Nkuko abaririmvyi hamwe n’abaririmvyikazi b’abarundi basanzwe bagerageza gukora neza, ikinyamakuru ca mbere c’abarundi gikorera muri America ” UBM News ” twaragerageje kubaza aba fans abaririmvyi bo bakunda aho abagarutse kenshi twasanze ari abaririmvyi babikwiye kandi basanzwe bafise n’ingabire zikomeye ndetse bafise n’aba fans benshi kuruta abandi.

burundian-stars

Muvyo twisunze harimwo aba fans benshi,kuririmba neza hamwe no kwifata neza kuri scene ndetse no gukora ubudahumeka m’umuziki w’Uburundi.
1.Sat-B
2.Fizzo
3.Chany Queen
4.Emery Sun
5.Lolilo

Abo baririmvyi uko ari 5 muri kino gihe uko niko bakurikirana twasanze aribo bafise aba fans benshi haba mugisagara canke mugihugu hagati nibo bagaruka kw’isonga bikagaragaza ko umuziki w’Uburundi uriko uratera uja imbere.

Must Read