Sunday, May 28, 2023
HomeNewsNgiyi hano ya reresi ( Movie ) nshasha ya lolilo yari yitezwe...

Ngiyi hano ya reresi ( Movie ) nshasha ya lolilo yari yitezwe n’abantu benshi ” Yirabe hano

Umuririmvyi rurangiranwa abenshi bazi kwizina rya Lolilo kuri uyu wa 24/1/2015 niho azoshira ahabona ireresi yiwe nshasha yitwa ‘MWIBA’ n’ireresi avuga kuvyerekeye urukundo ndetse kuruyo munsi nyene niho Kazoba ari n’akaryo keza ko kuririmba zimwe mu ndirimbo ziwe zakunzwe n’abatari bake.

lolilo movie

Lolilo mu kiganiro yaduhaye, we yagize ati :” Inyuma y’ireresi nakinye ubwambere , yakiriwe neza cane n’abanyagihugu ndetse no hanze y’igihugu barayakiriye neza nico gituma navuze yuko ntegerezwa kubandanya urugamba rwanje rwokuririmba ndetse nogusohora amareresi .”

lolilo m

UBM News tubibutse ko ino reresi ya Lolilo yuko idasanzwe na burya abantu benshi musanzwe muzi ko LOLILLO ari umuntu ashoboye ndetse yama akora ibintu bikundwa cane.

Must Read