NEWS

Natacha Ngendabanka akoroza abakunzi biwe amarira y’umunezero mu giteramo kuri black and white

By

on

Umuririmvyi w’ umurundikazi Natacha Ngendabanka yaraye akoze ibintu bikomeye cane mu giteramo co gutangura umwaka neza caraye kibereye kuri black& and white,igiteramo cari categuwe n’ umuririmvyi mugenzi we Gaga Blue

Natacha Ngendabanka bikaba vyaraye bibonetseko abakunzi b’ umuziki bari baje muri ico giteramo ko bari bamurindiranye igishika cinshi kuko vyabonetseko bari bamwiteguriye cane aho indirimbo zose yaririmvye bari bazizi aho baza barazisubiramwo

Natacha akaba ari umuririmvyikazi yakoze cane uyu mwaka twaraye turangije wa 2016

Amwe mumafoto y’ igiteramo: