NEWS

Musitanteri wa Komine Mutimbuzi yahagaritswe mu kazi

on

Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu Pascal BARANDAGIYE y’uguhagarika mu kazi Musitanteri wa komine Mutimbuzi, Damien BARINDAMBI.

Iyo ngingo y’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu yafashwe inyuma y’aho abagize inama mpanuzwajambo ya komine Mutimbuzi bandikiye umushikiranganji Pascal BARANDAGIYE bagiriza uwo Musitanteri ko asesagura amatunga ya komine Mutimbuzi.

Muri iyo ngingo, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu yategetse ko abagize iyo nama mpanuzwajambo ko bokorana bagatora uwundi Musitanteri, kuko uwo ahari ahagumye vyohungabanya ubutunzi hamwe n’ibikorwa vya komine Mutimbuzi.

w’intwaro yo hagati mu gihugu

Recommended for you

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply