NEWS

Musenyeri Simoni NTAMWANA avuga ko atamahoro hamwe n’umutekano biri mu Burundi

on

Nyuma yaho hagandaguriwe umushikiranganji Emmanuel NIYONKURU , Musenyeri Simoni NTAMWANA yagize ico ashikiriza kurubwo bwicanyi, aho we avuga yuko atamahoro abona mu Burundi kuko abantu babandanya kwicwa.

Recommended for you