Itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100 /267 ryo kuruyu wa 5 igenekerezo rya 28 munyonyo 2014 rirahindura abategetsi benshi mu bibanza bitandukanye.
Commissaire de Police Chef Alain Guillaume Bunyoni
Akarorero ni Général Adolphe NSHIMIRIMANA yahora atwara ibiro vy’iperereza na Général Alain GuillaumeBUNYONI yahora ari umuahanuzi mwishikira mu biro kwa perezida.
Abenshi kugeza ubu bakaba bariko baribaza vyinshi vyoba vyihishe inyuma yibi bintu , ese wewe wibaza ko ariyihe mpanvu yoba yaraye itumye Alain Guillaume Bunyoni na Adolphe Nshimirimana babogozwa mu mabanga yabo.