Monday, May 29, 2023
HomeNewsMu Burundi ntivyoroshe : Umushikiranganji Léocadie Nihazi yatanze imihoho

Mu Burundi ntivyoroshe : Umushikiranganji Léocadie Nihazi yatanze imihoho

Umushikiranganji wo kumenyesha amakuru, amaposita n’imigenderanire n’inama nshingamateka yantanze imihoho muri Reta irongowe na Petero Nkurunziza, Umupfasoni Léocadie Nihazi amenyeshako yubashe akamo yatewe n’umukuru w’umugambwe Karori Nditije.

Must Read