Monday, May 29, 2023
HomeNewsMt Number One ivyo ariko arakorera mu Burundi biratangaje! Raba hano...

Mt Number One ivyo ariko arakorera mu Burundi biratangaje! Raba hano umenye aho umugambi wa Indonyi Record ugereye

Umuririnvyi amenyekana cane w’umurundi aba hano muri Leta zunze ubumwe za America ( Mt Number One ) igikorwa camujanye mu Burundi co kuguruza ” Indonyi Record ” gikomeje gutera imbere nkuko tubibona muramwe mu mapica agaragaza iyo Studio yo guhinyanyuriramwo indirimbo.

mt

Ifoto aheruka gushira kubuhinga ngurukanabumenyi yanezereje benshi ndetse bamwe bahavuye bagira ico bashikiije biciye muvyiyunviro vyabo ( Comment ) aho imwe muri commeny yatanzwe yavuga kuno : Good job, I see indonyi record and Congr bro Mt number one.

Must Read