Sunday, May 28, 2023
HomeNewsMselah Sellah : Iki nico kintu yimirije gukora kizotuma akomeza gutera...

Mselah Sellah : Iki nico kintu yimirije gukora kizotuma akomeza gutera imbere m’umuziki !

Umuririnvyi w’umurundi aba hano muri Leta zunze ubumwe za America ” Msela Sellah ” Mu myaka 5 irimbere akora umuziki ngo arabona ko azoba agereye kuyindi ntambwe ishimishije cane, ivyo rero akaba yabivuze mugihe yarariko araganira n’ikinyamakuru ca mbere c’abarundi gikunzwe cane ndetse gikorera hano muri Leta zunze ubumwe za America ” UBM News ”

mselah

Uno muririnvyi yagize ati : Mumyaka itanu irimbere ndabona ko nzoba narateye imbere mumuziki kuko ubu Ngomba gusohoza album yindirimbo zanje kandi this summer mpanga gukora video zibiri zindirimbo zanje.

Raba Imwe mu ndirimbo amaze kuririmba

Must Read