Umuririmvyi mukunda muri benshi ndetse amaze kubaka izina mumuziki wu Burundi ” Nzeyimana Mkombozi ” mu minsi iri imbere, inkofera hamwe n’impuzu ziriko ibimuranga (Mkombozi hasta la victoria siempre ) zishobora kuzosohoka ariko kugeza ubu izo afise ntabwo arizo kudandaza.
Ivyo rero akaba abivuze nyuma yabo abanshi mu ba Fans biwe bari bamubajije uko bozironka naburya bazikenye kubwinshi, aho we yaciye abishura ko zizosoka vuba.
Mkombozi yagize ati : zizosohoka vuba nzobibamenyesha kuko ubu mfise izonkoresha not for sale.Hahahaha meresi boku