Tuesday, May 30, 2023
HomeNewsMenya hano impanvu yatumye uno mukobwa akubitwa agashaya nyuma yaho bamufatiye ariko...

Menya hano impanvu yatumye uno mukobwa akubitwa agashaya nyuma yaho bamufatiye ariko arakora bino bintu biteye isoni : Raba hano amafoto

Abamufashe baremeza yuko bamwiboneye asambana ariko uwo bariko barasambana yahise yiruka nuko umugore we ntiyashoboye kubasiga kuko bamusigaranye. Aho hantu basambanira akaba ar’ahantu hatagatifu kuko ari imbere y’ibigirwamana vyabo. Abahinde mu muco wabo usanga bafise ibigirwamana vyinshi aho usanga mbere bavyubakira ingoro, bakabiziririza kandi bakaba bemeza yuko bibakorera ibitangaza.

Gusuzugura ibigirwamana vyabo akaba ari icaha gikomeye cane gishobora guteza umuvumo nk’uko bo ubwabo bavyivugira . Nyuma yo gufata rero uwo mugore ariko arambanira hamande yivyo bigirwamana vyabo bakaba baramukubise cane hafi kumukuraho igitsina ciwe.

Nyuma yo kumukubita, uno mugore baramuretse aragenda ariko ubu abantu ntibazi ko ari muzima kuko uravye ukuntu yakubiswe ngo vyari bikwiye guha icigwa abakobwa bapfa gukorera imibonano mpuzabitsina aho babonye hose.

Must Read