Tuesday, May 30, 2023
HomeLove Menya hano impanvu zitangaje z'Itera abagore amajwi adasazwe mu gihe c'imibonano...

Menya hano impanvu zitangaje z’Itera abagore amajwi adasazwe mu gihe c’imibonano mpuzabitsina

Umuntu wese agira uburyo bwo kugaragaza Umunezero mu gihe c’imibonano mpuzabitsina, bitewe n’uburyo yakiriyemwo ico gikorwa, abagore bamwe bakaba babigaragarisha amajwi adasazwe rimwe na rimwe bakarira canke bakaniha, ariko ngo si kenshi bagera Kuruwomunezero.

arton3525

Ubushakashatsi bwakozwe ku bijanye n’ibitsina, Sophie Bramly wo mu gihugu c’u Bufaransa yagize ati : ku bagore bari hagati y’imyaka 22 na 52, abagera kuri 72 ku bijanye n’amajwi adasanzwe abagore bakunda kugira mu gihe c’imibonano Mpuzabitsina, bwagaragaje ko aya majwi aterwa N’umunezero.

Kugira ngo umugore agere kuruw’umunezero ukomeye ( orgasm ) , umugabo asabwa gukorera umugore wiwe ibintu vyomushimisha kuruta gukora ivyo yumva nyene ubwiwe vyomushimisha, kandi n’umugore agaharanira gukora icoshimisha umukunzi wiwe.

Muri ayo majwi harimwo gusakuza, kuniha, kurira n’ayandi. Abakoze ubu bushakashatsi bashaka kumenya nimba abagore basakuza babishaka canke nimba vyizana mu gihe baryohewe n’imibonano mpuzabitsina.

Abagore babajijwe, batangaje ko bashobora kubigeraho mu gihe baba bariko bikinisha bonyene, canke bari kumwe n’umugabo babitewe n’umunezero , ariko kandi aba bagore bavuze ko ari gake bikunze gushika kugira bagere kuri uwo munezero udasanzwe utuma basakuza canke barira.

Ku bijanye n’uru rusaku rwo kugera kwu rwego rwo hejuru mu gihe c’imibonano mpuzabitsina ( orgasm ) , hari abagore basakuza batabitewe n’umunezero, ahubwo bagapfa kubikora kugirango bereke abagabo babo ka bavyishimiye kandi ari ububeshi.

Must Read