NEWS

Makamba : Ikiziga c’umugabo catowe kimanitse ku mugozi

By

on

Umugabo yahora aba muri komine Kibago intara ya Makamba yatowe kiziga kuri uwu wa mbere, ikiziga ciwe kikaba cari kimanitse ku mugozi.

Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko uwo yatowe ikiziga ari uwitwa SIFA Serges, akaba ariwe yoba yiyahuye abitewe n’umubabaro w’umwana wiwe yari yaraye yitavye Imana.

Nk’uko mu giporisi babandanya babimenyesha, uwo mwana yapfuye agira cumi mu bana cumi na bane uwo muvyeyi yari yaribarutse.

Amaziko y’umuvyeyi n’umwana akaba yabereye umunsi umwe, kuri uwu wa kabiri.

Recommended for you