NEWS

Leta y’Uburundi yabujije ivyo kwinjiza no kudandaza amasashe mu Burundi.

on

Mw’itegeko ryagiye ahabona ryasinyweko n’umukuru w’igihugu, Pierre Nkurunziza, harimwo ivyo kubuza ko haba ‘ugukoresha amasahe canke ubumwanya mu Burundi’.

Muri iryo tegeko ry’umukuru w’igihugu rishasha, handitswe gutya: “Ugukukora, ugushingura, ukudandaza, ukwinjiza mu ngihugu n’ugukoresha amasashe yose n’ibindi bitekezo bikozwe mu kamwanya birabujijwe”.

Iyo ngingo y’umkuru w’igihugu ikabandaya yerekana ko ‘hagiye kuza harakora ibikoresho vy’ubumwanya bishobora kubora’ myu buryo bw’imfatakibanza.

Igihugu c’Uburundi kikaba gihambije ibindi bihugu mu guhagarika gukoresha amasashe atabora kubera ko usanga abangamira ibidukikije.

Soma ngaha ibiri muri iryo tegeko ry’umukuru w’igihugu vyose.

Recommended for you