NEWS

Kurikirana hano aho umuhari FPB umenyesha ko ugiye gutanguza urugamba.

on

Mu kiganiro umuhari FPB washize ahabona ejo ku musi wa mungu itariki 11 Munyonyo 2018, uwo muhari ukamenyesha ko witeguriye gutanguza urugamba rw’intambara kugira ngo habe ‘ukubohoza Uburundi’ nk’uko uwo muhari umenyesha.

Mw’itangazo uwo muhari washize ahabona muri Myandagaro 2017, wari wamenyesheje ko uje guhangana n’intwaro ya CNDD-FDD kubera ko ‘ifukamye Abarundi mu nda’, nk’uko uwo muhari ubivuga.

kurikirana ico kiganiro ca FPB ngaha cagiye ahabona ejo ku wa mungu:

Recommended for you