Wednesday, September 28, 2022
HomeNewsKugira ntafungwe imyaka 3, Diamond Platnumz yahisemwo gusaba ikigongwe '' Raba hano...

Kugira ntafungwe imyaka 3, Diamond Platnumz yahisemwo gusaba ikigongwe ” Raba hano ikete yanditse asaba imbabazi

Nkuko mwabisomye mumakuru yacu aheruka , umuririmvyi Diamond vyaravugwa yuko ashobora gufungwa hagati y’ imyaka 2 canke 3 , ivyo bikaba vyarashitse inyuma yaho yambaye mugiteramo impuzu z’igisirikare atazifitiye uburenganzira.

1414323004_dimo

Soma ikete umuririmvyi Diamond Platnumz yandikiye indongozi z’igisirikare bivanye n’ikosa bamwagiriza. Muncamake akaba yasavye ikigongwe kumategeko yarenze yokwubahiriza itegeko romugihugu ciwe .

Must Read

Uganda: Abantu 23 nibo bamaze kwicwa na Ebola (OMS).

0
Ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho amagara y'abantu kw'isi OMS ritangaza ko mu gihugu ca Uganda abantu bagera kuri 23 aribo bamaze kwicwa n'ikiza ca Ebola kikomoka...