Sunday, May 28, 2023
HomeNewsKubera igikombe c'isi, Indaya zigurisha zo muri Brazil zikomeje gukora ibintu bitangaje...

Kubera igikombe c’isi, Indaya zigurisha zo muri Brazil zikomeje gukora ibintu bitangaje ” Raba hano amafoto.

Murino minsi indaya zo muri Brazil zikomeje gukora ibintu bitangaje kuko ubu mu gihugu cabo ca brazil gikomejwe kugarizwa nuruza rw’abantu benshi baje bava mu mihingo yisi itandukanye baje kwirabira imikino y’irushanwa ry’igikombe c’isi yose, ubu ngo usanga abakobwa batandukanye b’indaya baza kwishakira ubuzima kandi ngo akenshi ngo bano bakobwa bakunze kuba bibereye hafi y’utubari ndetse n’ahantu hari za club batambwiramwo.

Nkuko izo ndaya zabitangarije ikinyamakuru co muri Brazil ” zo zavuze ko bataje gushaka amahera gusa ahubwo ngo baje no gufata imitima ya bamwe mubantu bazoba batsinzwe ndetse no kubashimisha mu buryo bwose nacanecane kubashimisha mu mibonano mpuzabitsina.

Bano bakobwa bakomeze baganira numwe mubanyamakuru yahishikije muri Brazil, aho yakomeje ababaza ibijanye nakazi kabo kadasanzwe bavugako baje guhoza bamwe mu bagabo bazoba baguwe nabi kubera gutsindwa , aho bo bavuze ko ahubwo ko bagiye kuduza ibiciro vyamahera kuko ngo ababirukira nibenshi murino minsi yigikombe cisi kiriko kirabera muri Brazil.

Must Read