NEWS

Kiramvu ahamagarira abarwanya Nkurunziza kumwica hakiri kare.

on

kiramvu

Kiramvu Domitira umwe mubamenyesha makuru b’isamirizi ijwi ry’abanyagihugu ” RPA ” yongeye guhamagarira abarwanya Petero Nkurunziza kumwica hakiri kare kuko ngo bagumye bateba yohava abatwarana ikiringo ca gatatu akagiheza.

Recommended for you