Tuesday, May 30, 2023
HomeNewsKidum yakoze ibintu bitangaje cane mu biteramo ariko arakorera hano muri America...

Kidum yakoze ibintu bitangaje cane mu biteramo ariko arakorera hano muri America ” Raba hano

Umuririmvyi rurangiranwa mukunda muri benshi ” Kidum ” ariko arakora ibintu bidasanzwe ndetse bitangaje cane, aho kugeza ubu mu biteramo ariko arakorera hano muri Leta zunze ubumwe za America biriko biritabirwa n’abantu benshi.

kidumu

Nkuko binoneka mumafato yaranze igiteramo yakoreye muri ( Washington D.C, Portland na Maine ) abacitabiriye bari benshi cane ndetse bikaba biboneka ko banezerejwe n’ukuntu Kidum yabaririmbiye ”

Raba hano munsi ukuntu vyari bimeze.

kidum1

kidum2

kidum3

Must Read