NEWS

Kaminuza yitiriwe NTARE RUGAMBA ntirekuriwe kwakira abanyeshure

on



Ubushikiranganji bw’inyigisho za Kaminuza bwafashe ingingo y’uguhagarika inyigisho muri Kaminuza zimwe zimwe. Ubwo bushikiranganji buvuga ko abanyeshure basanzwe bariko barakurikirana inyigisho kuri izo Kaminuza bashobora kubandanya ivyigwa gushika baheze, ariko ko ata wundi munyeshure mushasha yemerewe kwiyandikisha kuri izo Kaminuza, kuva muri uwu mwaka w’ishure w’2018 ushira uwa 2019.

Iyo ngingo y’umushikiranganji Gaspard BANYANKIMBONA ivuga kandi ko umunyeshure wo kuri izo Kaminuza azoyoberwa azoca aja kwiyandikisha ahandi kuri Kaminuza zitari mu zafatiwe ingingo.

Amashure arabwa n’iyo ngingo ni ishure kaminuza ryitiriwe NTARE RUGAMBA (Université NTARE RUGAMBA, Institut Supérieur de Gestion et d’Informatique, Institut International Libre d’Afrique, hamwe na Institut Supérieur de Management.

Iyo ngingo ifashwe inyuma y’aho umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA amenyeshereje ko atewe amakenga n’inyigisho zitangwa ku mugoroba, aho avuga ko ivyegeranyo vyakozwe n’ubushikiranganji bw’inyigisho za Kaminuza vyerekanye ko zirimwo amahinyu, kuko mu nyigisho zo ku mugoroba bari bategerezwa kuraba inyigisho zijanye n’ukuronka urupapuro rw’umutsindo rukwiranye n’ivyigwa uba wakurikiranye ata mahinyu arimwo.

Mu kiganiro yagiranye n’abamenyeshamakuru kuwa 28 Kigarama 2018, yamenyesheje ko bitumvikana ingene umunyeshure wo muri Kaminuza aba yize kuva mu gatondo gushika ku mugoroba, uwundi akagenda isaha cumi na zibiri gushika isaha zitatu z’ijoro, mu nyuma abo bose bakaronka impapuro z’umutsindo zingana nk’abize bimwe.

Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA arashima integuro iriko irakorwa n’ubushikiranganji bw’inyigisho za Kaminuza, kugira ico kibazo gitorerwe inyishu, Kaminuza zose zikore zisunze amategeko amwe.

Umukuru w’igihugu asaba kandi abarongoye amakaminuza gukurikirana ukuntu amanota atangwa. Agira ati : « Hageze aho uvuze ko uturuka muri Kaminuza kanaka udashobora kuronka akazi, kubera inyigisho batanga ziba zizwi ko ata kamaro zibazanira ku kazi ka minsi yose. Uno munsi kaminuza z’Abigenga urabona umunyeshure yaronse amanota 97 kw’ijana, n’ayarenga, ariko waja kuraba ivyo yize, ugasanga harimwo agahaze. Waraba muri Kaminuza y’Uburundi ugasanga uwaronse amanota 61 kw’ijana niwe ahagaze neza kuruta uwo yaronse 97 kw’ijana muri Kaminuza y’abigenga. Amanota, ni ico umuntu ari, biratandukanye cane.”

Umukuru w’igihugu NKURUNZIZA abandanya avuga ati : “Kaminuza z’abigenga turipfuza ko bigisha bamenya neza ko bariko barategurira kazoza keza Uburundi, atari ukwironderera amafaranga. Imbuto itewe niyo imera. Hakazosohoka abanyeshure benshi b’imburakimazi ata bumenyi bafise kandi isi itera imbere mu buryo budasanzwe, igihugu kizomaramara, kuko ni isi yo guhiganwa.”

Ahamagarira ababijejwe bose, gushiramwo inguvu, kugira amakaminuza yigishe yisunga amategeko, kuko bitagenze uko, ingaruka zishobora kuba mbi cane. Aho yibaza ati : « Ejo aho bukera hamwe bosohora nk’abaganga batazi gushona umuntu, batazi kuvura igikomere, mugabo afise amanota 90 kw’ijana. Zizoba ari ingorane.”

Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yizeza ko ingingo zose zishoboka zizofatwa kugira amakaminuza y’abigenga aje ku rutonde rw’ibisabwa, kandi bibereye za Kaminuza, kandi ko bibaye ngombwa, na Kaminuza zitisunga akanovera n’ibisabwa zizohagarikwa.



Recommended for you

11 Comments

  1. gamefly free trial

    May 28, 2019 at 3:22 am

    Hi, i think that i saw you visited my website thus i got here to go back the favor?.I
    am trying to in finding issues to improve my website!I guess its good enough to use
    a few of your ideas!!

  2. how to get help in windows 10

    May 29, 2019 at 8:22 am

    I was wondering if you ever considered changing the structure
    of your site? Its very well written; I love what youve got to say.
    But maybe you could a little more in the way of content so people could connect with it better.
    Youve got an awful lot of text for only having 1 or 2 pictures.
    Maybe you could space it out better?

  3. how to get help in windows 10

    May 30, 2019 at 9:25 am

    Oh my goodness! Impressive article dude! Thanks, However I am encountering issues with your
    RSS. I don’t know the reason why I cannot subscribe to it.
    Is there anybody else having similar RSS issues? Anyone who knows the
    solution will you kindly respond? Thanks!!

  4. gamefly free trial

    May 30, 2019 at 10:13 am

    Right away I am going to do my breakfast, after having my breakfast
    coming again to read more news.

  5. gamefly free trial

    May 31, 2019 at 2:33 pm

    I was able to find good info from your content.

  6. gamefly free trial

    June 4, 2019 at 3:50 am

    Hello, this weekend is pleasant in favor of me, for the reason that this point in time i am reading
    this impressive educational paragraph here at my residence.

  7. gamefly free trial

    June 4, 2019 at 10:39 am

    Hi there! This blog post couldn’t be written much better!
    Reading through this article reminds me of my previous roommate!
    He constantly kept preaching about this. I will send this post to him.

    Pretty sure he will have a very good read.
    Thank you for sharing!

  8. gamefly free trial

    June 4, 2019 at 6:22 pm

    I was suggested this website via my cousin. I am now not certain whether or
    not this publish is written through him as no one else know such particular about my difficulty.
    You’re wonderful! Thanks!

  9. playstation 4 best games ever made 2019

    June 12, 2019 at 1:26 am

    Today, I went to the beach with my children. I found a
    sea shell and gave it to my 4 year old daughter and said “You can hear the ocean if you put this to your ear.” She put the shell to her ear and screamed.
    There was a hermit crab inside and it pinched her ear.
    She never wants to go back! LoL I know this is completely off topic but I had to tell someone!

  10. ps4 best games ever made 2019

    June 12, 2019 at 4:46 am

    Hello, I do believe your site could be having browser compatibility issues.
    When I look at your web site in Safari, it looks fine
    however, when opening in I.E., it’s got some overlapping issues.
    I just wanted to give you a quick heads up! Besides that, wonderful blog!

  11. quest bars cheap

    June 15, 2019 at 5:47 am

    Hello, this weekend is good in support of me, as this occasion i am reading this
    impressive educational piece of writing here at my home.

Leave a Reply

Your email address will not be published.