Wednesday, May 31, 2023
HomeNewsKagame ishavu riraniga '' Avuga ko yasinyiye guhangana hamwe no kwica kubera...

Kagame ishavu riraniga ” Avuga ko yasinyiye guhangana hamwe no kwica kubera zino mpanvu

Kugeza ubu, Nyakubahwa umukuru wi gihucu cu Rwanda ( Paul Kagame ) bimaze kwigaragaza neza ko ariwe mu Perezida wambere yankwa kwisi n’abantu benshi, ariko nubwo biruko abantu benshi cane bakaba bama bibaza impanvu nyamukuru benshi bamwanka, aho agiye bakamutera amagi hamwe n’ibindi vyinshi.

kagame

Umwe mu bahinga bazi ivya Politike, aho yaganiriye nikinyamakuru UBMNews ariko ubwiwe akaba atashimye ko amazina yiwe yandikwa mu binyamakuru kubwo kurinda umutekano wiwe yagize ati : Paul kagame Impanvu benshi bamwanka nuko ashaka ko kirabantu bose yuko bakora ibintu nkuko nyene ubwiwe aba abishaka, uze urabe kenshi mubantu bigeze gukorana nawe ariko munyuma bakagirana utugorane, usanga benshi muribo babayeho kubwoba, abenshi baricwa bishwe na Kagame aho notanga urugero nka ”Karegeya ” aheruka gupfira muri Africa Yepfo.

Kubijanye n’urupfu rwa Karegeya, Ku ncuro ya mbere uno musi niho Paul Kagame yagize ico abivugako, aho yavuze ko karegeya wahoze mu ngabo z’u Rwanda uherutse gupfira muri Afurika y’Epfo yuko yarafise imigambi yogusenya igihugu.

ubwo mu gihe bamwe mu bayobozi bakuru b’igihugu cu Rwanda bari bamaze iminsi bumvikana bahakana amakuru yavuga ko u Rwanda rwoba rwari inyuma y’urupfu rw’uyu mugabo wigeze kuba mu gisirikare c’u Rwanda, Perezida Kagame yavuze ko yatunguwe n’imbaraga aba bayobozi batakaje bisobanura mu gihe we asanga ahubwo Abanyarwanda baramutse ari bo babikoze vyoba ari ishema, maze agira ati “twakagomvye kuba ari twe twamwishe niho vyari kuba vyiza kurusha”.

Ese wewe uribaza ariyihe mpanvu ituma Kagame bamwanka cane ????

Must Read