Monday, May 29, 2023
HomeNewsJuvent ari mu bagandaguye ba batariyanokazi batatu ariko arashaka kunyuruzwa mu gihe...

Juvent ari mu bagandaguye ba batariyanokazi batatu ariko arashaka kunyuruzwa mu gihe yokurwa muri AMISOM iyari

olga-2-5e409

Juvent Nduwimana inyuma yaho avugiye ko ari mu bagandaguye ba babikira batatu b’Abatariyanokazi bo kuri Paruwasi Guido Maria Conforti mu Kamenge yatanguye kugirarwako iterabwoba iyo ari muri Somalie muri AMISOM aho yajanywe kugarukana amahoro.

Mu makuru dukesha abegereye igisoda nuko uno musore Juvent asanzwe ari rutumwako mu bikorwa vy’ubwicanyi bikorwa mu Burundi, bahavuye bategura kumugarukana mu Burundi aho binavurwa ko ashobora guca anyuruzwa. Ugushikanwa mu Burundi ngo biriko bitegurwa kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 3 ndamukiza.

Must Read