NEWS

Jackline Wolper na Hemed Suleiman mu giteramo i Bujumbura

on

Umukinyi w’ amareresi akomeye cane mu gihugu ca Tanzania ariwe jackline wolper arikumwe na mugenzi we hamed Suleiman baratera akamo abarundi Bose ko boza kubashigikira mu giteramo bafise mu gihugu c’ uburundi kW’ igenekerezo RYA 4/12/2016 kuri lacoste beach
wolper

Jackline wolper ati: ndateye akamo abarundi Bose ko bosidukana niyonka uyo munsi kuko ibintu tuzobereka ari ibintu bikomeye cane,ntihagire umuntu numwe azoshobora gusiba uyo munsi.

Tworangiza tubamenyesha ko jackline wolper na hamed Suleima bazoba baherekejwe n’ abaririmvyi b’abarundi nka lolilo,black g na masterland