Saturday, October 1, 2022
HomeNewsivyo Onesime Nduwimana yashikirije bishobora kumuhagama

ivyo Onesime Nduwimana yashikirije bishobora kumuhagama

nduwi-47ffa

Ngo habaye ukuvuguruzanya hagati ya Onesime nduwimana asanzwe avugira umugambwe CNDD FDD hamwe na Pascal Nyabenda asanzwe awutwara, ivyo Nyabenda akaba yabivugiye mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 16 ntwarante.

Ivyashikirijwe na Onesime Nduwimana ngo bishobora kuba vyavuye mu mutego w’abamenyeshamakuru nkuko vyabandanije bimenyeshwa n’umukuru w’umugambwe uri kubutegetsi i Bujumbura. Nayo Onesime ngo yari gukoresha ubwenge mu kubatuma kuwari yashikirije iryo jambo mu ntumbero yo kwisigura.

Ariko ivyo yashikirije bikumvikana ko bishobora kumuhagama akanakurwa mu buvugizi bw’umugambwe nkuko vyasabwe n’umukuru w’igihugu c’Uburundi mu nama yarimwo kuri uyu wa gatandatu. Ariko naho bimeze uko Nyabenda we ntiyemeza kandi ntahakana ko ashobora gukurwa ahubwo we amenyesha ko atarashira umukono kuri urwo rwandiko.

Mbega Rwoba ruhari? Mu gihe vyogenda uko hoba hakurikijwe amategeko? Wait and See

Must Read

VOA ntiremererwa gukorera mu Burundi kubera ikoresha Umumenyeshamakuru arwanya ubutegetsi(CNC).

0
Igihe cose iradiyo ijwi rya Amerika izoba igikoresha umumenyeshamakuru Patrick Nduwimana akekwa kugira uruhara mw'itembagazwa ry'ubutegetsi mu mwaka wa 2015 , ntizokwemererwa gukorera...