Ni akenshi tubona amafoto adasanzwe y’abakobwa usanga bagenda bikora utuntu dutangaje aho usanga benshi bibaza ico mwenab’abakobwa baba bashaka kugeraho bikabayobera bitewe n’uko aribo bagira utuntu novuga ko tutabahesha agaciro.
Usanga akenshi babikora baba bari bonyene canke barikumwe n’abandi bantu aho usanga baryamanako canke kenshi ugasanga bariko barasomana, je ndavye bino bintu ndabona atari ibintu vyiza kumwana wumukobwa, ese wewe bano bantu wobahura iki ? hoho womenya ko ari ikihe baba bashaka kugeraho ?