NEWS

Itangazo rya CNDD-FDD kw’Ibwirizwa-shingiro rishasha.

on

Umugambwe CNDD-FDD umaze kubona ko watahukanye “intsinzi” mu matora yo ku bijanye no guhinyanyura ibwirizwa shingiro rishasha, wasohoye itangazo ushigikira iryo bwirizwa shingiro rishasha.

Evariste Ndayishimiye yamenyesheje ko iyo ntsinzi CNDD-FDD iyikesha “imboneza yamaho[Petero Nkurunziza]” muri CNDD-FDD.

Umviriza ijambo yavuze ngaha:

Recommended for you