NEWS

Itangazo rya CNDD-FDD ku myaka 25 iheze Ndadaye agandaguwe.

on

Itangazo ry’umugambwe uri ku butegetsi bw’Uburundi CNDD-FDD rijanye no kwibuka imyaka 25 iheze Merikiyoro #Ndadaye agandaguwe.

Melchior Ndadaye, uwagandaguwe mu mwaka wa 1993,yava mu bwoko bw’abahutu, afatwa na Leta y’Ubrundi ko ari ‘incungu ya Demokrasi’ mu Burundi. Ndadaye akaba yagandaguwe yakomoka mu mugambwe FRODEBU.

Mw’itangazo umugambwe uri ku butegetsi wasohoye, wasubiriye kumenyesha kandi ko igihugu c’Ububiligi arico cobazwa amakuba yose igihugu c’Uburundi cagiye kiracamwo.

Umviriza hano ico umugambwe CNDD-FDD washikirije:

Recommended for you