Umuvugabutumwa Njohi womugihugu ca Kenya yasavye abagore basengera mw’ishengero ryiwe ryitwa LORD’S Propeller Redemption Church i Nairobi kugenda gusenga batambaye twaduhuzu twomunsi ( underwear)
Umuvugabutumwa Njohi womugihugu ca Kenya yasavye abagore basengera mw’ishengero ryiwe ryitwa LORD’S Propeller Redemption Church i Nairobi kugenda gusenga batambaye twaduhuzu twomunsi ( underwear ) .
Amakuru dukesha Kenya Post , uyo muvugabutumwa yasavye ashimitse ngo kugirango Imana yinjire mubuzima bwabo, we Yashimagije avuga yuko abemera Imana ko bagira umwidegemvyo kumubiri nomuvyitekerezo kugira bakire Imana .
Umuvugabutumwa yongeye avuga yuko coba ari icaha gikomeye kubagore batazokurikiza iryotegeko . Ikinyamakuru Metr naco canditse yuko mumisa ikurikira abagore benshi bakurikiye imisango bagiye batambaye uduhuzi two musi kugirango Imana yunve amasengesho yabo ?
Ese wewe ivyo uno mu Pastor asaba abagore ko boza baraja gusenga batambaye amacu#pi ubibona gute ?