Thursday, June 8, 2023
HomeNewsIshirahamwe mpuzamakungu (Human Right Watch ) risaba ko Bob RUGURIKA yorekurwa atagisabwe.

Ishirahamwe mpuzamakungu (Human Right Watch ) risaba ko Bob RUGURIKA yorekurwa atagisabwe.

Ishirahamwe mpuzamakungu rikingira agateka ka zinamuntu Human Right Watch ritera ivyatsi ifungwa ry’umumenyeshamakuru Bob RUGURIKA arongoye radiyo RPA.

daniel

Ivyo rero bikaba biheruka gushikirizwa na daniel bekele umuserukizi wa Human Right Watch aho uwurongoye iryo shirahamwe rikingira agateka kazinamuntu avuga ko iyo ngendo ariyo gutera ubwoba abavuga ibitagenda neza mu gihugu.

UBM News tubibutse ko Human Right Watch risaba ko Bob RUGURIKA yorekurwa vyihuta kandi atakirinze gusabwa

Must Read

Perezida wa Kenya William Ruto asaba bagenzi we ba Afrika gutera...

0
Umukuru w’igihugu ca Kenya William Ruto asaba bagenzi we bo ku mugabane wa Afrika gutera intambwe ikomeye igana mu bijanye no guheba gukoresha idorare...