NEWS

Isango abinjira igiporisi bari bahawe ryahindutse

on

Ubushikiranganji bw’umutekano bumenyesha imikangara y’intwazangabo n’ibisongerezi yiteguriye kwakirwa mu bigo bitanga inyigisho mu giporisi ko isango bari bahawe ryo kuwa 28 Nzero 2019 ko boshika mu bigo bijejwe kubakira no kubigisha ryahindutse.

Imikangara yo ku rwego rw’ibisongerezi mu ntwazangabo izokwakirwa kw’ishure EBPO riri i Muramvya kw’igenekerezo rya 4 Ruhuhuma 2019 isaha cumi z’umuhingamo.

Imikangara yo mu rwego rw’intwazangabo nayo yitezwe kwakirwa mw’ishure Kaminuza ry’igiporisi riri mu Mitakataka kw’igenekerezo rya 11 Ruhuhuma 2019 isaha cumi z’umuhingamo.

Mu giporisi bamenyesha ko iryo hinduka ribaye kubera abaganga bahawe igikorwa c’ugusuzuma amagara y’iyo mikangara bakiri muvyo gusuzuma abaporisi bato bato bari mu nyigisho nabo nyene i Buganda mu ntara ya Cibitoke, i Bururi n’i Ngozi.

Recommended for you

4 Comments

  1. Tanner Easterwood

    July 23, 2019 at 12:25 am

    Mass parsite http://bit.ly/2W9CVkn

  2. tinyurl.com

    November 23, 2019 at 1:27 pm

    Howdy! Would you mind if I share your blog with my
    zynga group? There’s a lot of folks that I think would really enjoy your content.
    Please let me know. Many thanks

  3. http://tinyurl.com

    November 24, 2019 at 7:53 am

    Its such as you learn my mind! You seem to know so much approximately this,
    such as you wrote the book in it or something. I think that you can do with some % to drive
    the message house a bit, but instead of that, that is excellent blog.
    A great read. I’ll certainly be back.

  4. quest bars cheap coupon twitter

    December 2, 2019 at 7:09 pm

    Highly energetic post, I loved that a lot. Will there be a part 2?

Leave a Reply

Your email address will not be published.