Wednesday, May 31, 2023
HomeNewsIsanamu nshasha ya Big Fariouz ibonekamwo umukobwa y'ambaye ukuntu gutangaje'' Raba hano...

Isanamu nshasha ya Big Fariouz ibonekamwo umukobwa y’ambaye ukuntu gutangaje” Raba hano muko iriko irategurwa.

Big fariouz hamwe na matabaro bariko barakora amasanamu y’indirimbo yabo bise feelings. iyo ndirimbo ikaba izobonekamwo umukobwa azwi kwizina rya Inès musabe aheruka kuboneka muri changu ni changu ya matabaro na R-flow.

big fariouz rero muri make nkuko tugenda dukurikirana umuziki w’abarundi, tubona ko afise bishasha muzobona, aho twovuga nka whats my name hamwe chinette yakoranye na Q-boy, izo ni clip zishasha ziri munzira hamwe niyo arikumwe na matabaro.

Must Read