Umuririmvyikazi w’umurundi afise ubwiza burengeje ndetse anafise n’ijwi rikundwa n’abenshi ” Ashley Diva ” ku musi wa mbere buca ashira ahabona amasanamu ya Video y’indirimbo yiwe nshasha yahaye izina rya Nkorako.
Amakuru yizewe duhabwa n’abamwe mu basanzwe baba mu gihugu cu Burundi, avuga ko ino Video izoza idasanzwe uravye n’uburyo iriko irategurwamo ngo ni urwo kurwego rwo hejuru ikindi naco ngo nuko hanakoreshejwe indege ya Kajugujugu mu gufata amasanamu.
Raba hano musi amafoto y’ukuntu Video izoza imeze.