Monday, February 6, 2023
HomeNewsIno sanamu nshasha izobonekamwo Big Fizzo izoza idasanzwe '' JIPE MOYO BY...

Ino sanamu nshasha izobonekamwo Big Fizzo izoza idasanzwe ” JIPE MOYO BY ALIAS Feat BIG FARIOUS

Big Fizzo

Hari isanamu nshasha mu minsi igiye gusohoka, aho muzoshobora kubonamwo umuririmvyi rurangiranwa Big Fizzo, Raba hano Behind the Scene yayo ” JIPE MOYO BY ALIAS Feat BIG FARIOUS

Must Read

EAC:Inama y’abakuru b’ibihugu yakoraniye I Bujumbura ku kibazo c’umutekano muke uri...

0
Kuri uyu wa gatandatu, ku murwa mukuru w’ubutunzi i Bujumbura hakoraniye inama igira 20 y’abakuru b’ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’ubuseruko kugira bigire hamwe...