Thursday, October 6, 2022
HomeNewsIno Movie nsha ya ''Mugisha '' itandukanye ni Movie zose umaze...

Ino Movie nsha ya ”Mugisha ” itandukanye ni Movie zose umaze kubona ” Raba hano !

Umukinyi rurangiranwa w’amareresi ( Movies ) ” Magaranamazi Hassan ariko abenshi cane bakaba bamuzi kwizina rya ”Mugisha ” amenyesha abashabiki ( Fans ) biwe bose hamwe n’abakunzi bama Movie y’ikurundi yuko Movie yiwe nshasha ya ” Mureketete ” ko yimirije gusohoka kumwisho wuku kwezi kwa Mbere.

Ivyo rero akaba yabivuze mugihe yariko araganira n’umunyamakuru wa UBM News, aho yagiriyeho avuga ko iyo movie ari iyi Mpuzabihugu, uburundi hamwe nu Rwanda .

Magaranamazi Hassan ( Mugisha ) yagize ati : MUREKATETE ni Movie mpuzabihugu, uburundi n’urwanda, ni movie iza yereka abantu ko ahari babi hama hari beza, na hari beza hama hari babi, ntamwonga ubura isato,iba idahizwe, MUREKATETE ni movie yigisha abantu kudacira urubanza abandi, babahora aho bakomoka, firme MUREKATETE izobashikira kumwisho wuku kwezi kwa mbere

Must Read

Umushingwamanza Sandra Ndayizeye yakuyemwo akarenge mu rubanza rw’uwo aburanira muganga SAHABO.

0
Umushingwamanza Sandra Ndayizeye aburanira muganga Sahabo Christophe yaraye akuyemwo akarenge mu rubanza rw'uyo yaburanira iki gihe apfungiwe mw'ibohero rya Ruyigi. Sandra Ndayizeye akaba yagiriyeko...