Monday, May 29, 2023
HomeNewsInkuru ivugwa ko umukobwa wa Barack Obama w'imyaka 16 yuko yoba yatwaye...

Inkuru ivugwa ko umukobwa wa Barack Obama w’imyaka 16 yuko yoba yatwaye inda yindaro ni ububeshi

Inkuru yatanzwe yububeshi iheruka guca kuri site imwe ya ” Empire News ” ikomeje gutuma abenshi bashaka kumenya ukuri kuvyavuzwe muriyo nkuru, bo bavuga ko Umukobwa w’imyaka 16 azwi kwizina rya Malia w’umukuru wigihugu waha muri America ” Barack Obama ” ko yoba yatwaye inda yindaro ariko ubushakashatsi twabakoreye twasanze ibivugwa nico kinyamakuru ari ububeshi ndetse nabo nyene baravyiyemerera.

obama

Hano kugirango ushobore gutahura ko ivyavuzwe murirya nkuru ya Empire News ko ari ububeshi, bisabwa kwanza ubanze umenye uko ico kinyamakuru gikora ndetse umenye neza ibikorwa vyabo.

Mubisanzwe ino Empire News, ni site itanganza amakuru yububeshi gusa, bo bavuga ko babikora kugirango bamaramaze abantu batandukanye, kuba rero baranditse ko umukobwa wa Barack Obama yuko yoba yatwande inda yindaro ni ukubesha abantu ubwo kuboba barabonye iriya nkuru ni iyububeshi.

Nabonyene ubwabo baravyimerera ko bavuga amakuru yububeshi, nimba uzi icongereza ushobora gusoma ino Link yabo ya ( About and Disclaimer )http://empirenews.net/about-disclaimer

Must Read