Sunday, May 28, 2023
HomeNewsIndirimbo za '' Mt Number One '' ubu zimaze kwinjira kuma...

Indirimbo za ” Mt Number One ” ubu zimaze kwinjira kuma website akomeye kwisi ” Menya hano ukuntu ushobora kuzironka.

Umwe mu baririmvyi bamaze kubaka izina mu muziki w’abarundi baba hano muri Leta zunze ubumwe za America ” Mt Number One ” ubu indirimbo ziwe umuntu wese ashobora kuzironka biciye m’uburyo bugezweho bwo kuzigura biciye kuri Internet

mt number one

Nkuko uno muririmvyi akunzwe cane hano muri America yabidutangarije hano kuri UBM News, ubwiwe yavuze ko kuronka izo ndirimbo ari uguca kuri ITunes, Amazon hamwe n’ahandi henshi hatandukanye.

Mt Number One yagize ati : Ubu indirimbo zanje umuntu ashobora kuzironka kuri amazon, cd baby.com spottily,iTunes nahandi…….. Album yose 12

Mukugura zino ndirimbo ushobora guca kuri zino Link

https://itunes.apple.com/us/album/kuriyisi-ya-none/id917719824
http://www.shazam.com/discover/track/152180995

Must Read