Saturday, September 24, 2022
HomeNewsIndirimbo nshasha ya Best Life Music iguma ikundwa n'abantu benshi '' Yumve...

Indirimbo nshasha ya Best Life Music iguma ikundwa n’abantu benshi ” Yumve hano muko imeze

Best Life Music - High Girl Cover

Umurwi udasanzwe w’abaririmvyi b’abarundi ubandanya utera imbere buri munsi, ( Best Life Music ) ubazaniye indirimbo yabo nshasha ikozwe muburyo budasanzwe ya ( High Girl ) ino ndirimbo ikaba yahinyanyuwe na Lizer classic.

Must Read

Antonio Guteress yemeza ko M23 atari umuhari wo guta munda nsa...

0
Umunyamabanga mukuru wa ONU yemeza ko umuhari M23 uriko urwanira mu buseruko bwa Congo atari umuhari wo guta munda nsa ndetse witwara nk'igisirikare...