NEWS

Ikiziga catowe mu ruzi Kidahwe

By

on

Ikiziga c’umugabo atamenyekanye catowe mu gatondo ko kuri uwu wa gatanu ku ruzi Kidahwe ruri mu ntara ya Bubanza.
Abanyagihugu babonye ico kiziga ubwa mbere bamenyesha ko biboneka ko uwo mugabo yoba yishwe mu nyuma atabwa muri urwo ruzi. Nk’uko abo banyagihugu babandanya babivuga, uwo muntu ntiyashoboye kumenyakana.

Ku ruhande rw’abajejwe intwaro, bamenyesha ko uwo muntu yoba yaguye muri urwo ruzi kubera akaborerwe.

Recommended for you